Publicidade

Generosidade

Por Bíblia Online

A generosidade é marca do caráter de Deus e vocação do cristão. Deus ama ao que dá com alegria. Quem semeia generosamente, generosamente colherá.

Dar com alegria

Deus ama ao que dá com alegria. Cada um contribua segundo propôs no coração — não com tristeza ou por necessidade.

Umuntu wese atange ikivuye ku mutima. Ntimupfe gutanga canke ngo mutange kuko mubitegetswe, kuko Imana ikunda uwutangana umunezero.

Gutanga ubikunze

Mwibuke bene Data: ababiba bike bimbura bike, kandi ababiba vyinshi bimbura vyinshi. Umuntu wese atange ikivuye ku mutima. Ntimupfe gutanga canke ngo mutange kuko mubitegetswe, kuko Imana ikunda uwutangana umunezero. Imana irashoboye kubuzuza ubuntu bwayo kugira ngo muri vyose na hose muronke ivyo mukeneye, mugire n’ibisagutse bituma mukora igikorwa ciza cose. Nk’uko Ivyanditswe bibivuga:

"Batanga n’umutima wagutse mu guha abakene,

ibikorwa vyabo bizokwama vyibukwa ibihe bidashira."

None rero uwuha imbuto umurimyi akamuha n’ivyokurya, azobuzuriza imbuto mu bigega, yongere agwize umwimbu w’ukugororoka kwanyu. Muzotungishwa mu buryo bwose kugira ngo muronke ico mutanga aho bizoba bikenewe hose, kandi imfashanyo muduha zizotuma abazironka bahimbaza Imana.

Ico gikorwa ntikizofasha mu kuronsa abera ivyo bakeneye gusa, ariko kizotuma kandi bahimbaza Imana n’umunezero mwinshi muriko muragikora.

None rero uwuha imbuto umurimyi akamuha n’ivyokurya, azobuzuriza imbuto mu bigega, yongere agwize umwimbu w’ukugororoka kwanyu.

Muzotungishwa mu buryo bwose kugira ngo muronke ico mutanga aho bizoba bikenewe hose, kandi imfashanyo muduha zizotuma abazironka bahimbaza Imana.

Kuko iyo umuntu atanga n’umutima ubikunze, ico atanze cemerwa n’Imana uko nyene, ntimutegeka gutanga ico adafise.

Partilhar e abençoar

Quem dá aos pobres empresta ao Senhor. A generosidade abre portas de bênção sobre quem dá e sobre quem recebe.

Uwutanga aratunga,

kandi uwuhembura abandi na we azohemburwa.

Umwe atanga abikunze, akaronka umurengera;

uwundi akimana birenze urugero, bikamutera ubukene.

Uwutanga aratunga,

kandi uwuhembura abandi na we azohemburwa.

Wubahishe Uhoraho ubutunzi bwawe,

hamwe n’ivya mbere vyo mu vyeze mu mirima yawe.

Na we azosesekaza umwimbu mu bigega vyawe,

amato yawe yame asesekaye umuvinyu.

Mwana wanje, ntukareke kugirira neza ababikwiye

mu gihe ufise ububasha bwo kubikora.

Umuntu niyica amatwi hari umukene amuririra,

hazogera igihe na we arire abure uwumwumva.

Nimuzane ikigiracumi gikwiye mu bubiko bwanje, kugira ngo mu nzu yanje habemwo ivyokurya. Ehe nimubingeragereshe, jewe Uhoraho Mushoboravyose, murabe ko ntugurura imiryango yo mw’ijuru, nkabacuncuburirako imigisha mukabura n’aho muyikwiza.

Hazokwama hariho abakene mu gihugu. Ni co gituma ndababwiye ngo muze mupfumbatururire ibiganza vyanyu benewanyu n’abakene bazoba bari muri mwebwe.

O ensino de Jesus

Dai e dar-se-vos-á. A quem te pedir, dá. O que fizestes a um destes mais pequeninos, a mim o fizestes.

Mutange, namwe muzohabwa. Ingero nziza, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye ni yo muzogererwa. Kuko ingero mugereramwo abandi ari yo namwe muzogererwamwo."

Mutange, namwe muzohabwa. Ingero nziza, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye ni yo muzogererwa. Kuko ingero mugereramwo abandi ari yo namwe muzogererwamwo."

Umuntu niyagusaba ikintu ukimuhe, uwukunyaze ivyawe ubimuhebere.

Nimba mwebwe mushobora guha ingabire nziza abana banyu kandi muri babi mu mitima, mbega So wo mw’ijuru ntazorushiriza guha Mpwemu Yera abamumusavye?"

Umuntu niyagusaba ikintu ukimuhe, kandi uwugomba ko umugurana ntumwirengagize.

Nihagira ico uha umukene, ntuze uvuze inzamba nk’uko indyarya zibikora mu masinagogi no ku mabarabara barondera gushimwa n’abantu. Ndababwire ukuri; abo baramaze guhabwa impera zabo zose. Ariko niwagira ico uha umukene, ukuboko kwawe kw’i bubamfu, ntigukwiye kumenya ico ukuboko kw’i buryo gukoze. Gutyo, gutanga kwawe kugume ari ibanga, kandi So wo mw’ijuru abona ibikorerwa mw’ibanga, azobiguhembera.

Umwami azobishura ati: Ndababwire ukuri, igihe cose mwabikoreye urya muntu muto muri aba bene Data, ni jewe mwabikoreye.

Generosidade de Deus

Se Deus dá sabedoria generosamente a quem pede, quanto mais nos dará Ele forças e suprimento em toda necessidade?

Nihaba hariho uwo muri mwebwe akeneye ubwenge bw’Imana, akwiye kubusaba Imana, kuko itanga cane kandi ibikunze. Nta we itera imiragwe kuko ayisavye, kandi azobuhabwa.

Dufate ko hari mwene Data atagira ico yambara canke ico afungura. Hamwe umwe muri mwebwe yomubwira ati: "Niwigire amahoro, wambare neza kandi ufungure," ariko ntagire ico akora, yoba amufashije iki? Ni ko bimeze, n’ukwizera kwonyene kudaherekejwe n’ibikorwa, kuba gupfuye.

Ni we yongera inkomezi abacitse intege,

akongerereza inguvu abanyantegenke.

Ni vyiza ko umuntu agira ubuntu akagurana abandi,

akadandaza mu kuri.

Seja o primeiro
Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-