16 Iyo tunywera ku gikombe Imana yahezagiye, mbega ntituba dusangiye ku maraso ya Kristo? Iyo tumanyura umukate, ntituba dusangiye ku mubiri wa Kristo? 17 Iyo dusangiye ku mukate umwe tuba tubaye umubiri umwe n’aho turi benshi.
18 Nimurabe Abisirayeli: mbega abarya ivyatanzwe nk’ishikanwa ntibaba bifatanirije hamwe ku gicaniro?