Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Korinto 11:23-26

23 Kuko ico nahawe n’Umwami ari co nanje nabashikirije: muri rya joro Umwami Yesu yagurishwa, yakiriye umukate, 24 awushimira Imana, arawumanyura, avuga ati: "Uwu ni umubiri wanje utanzwe ku bwanyu. Muzohore mukora gutya munyibuka." 25 Bahejeje gufungura, agira uko nyene, afata igikombe, avuga ati: "Iki gikombe ni isezerano rishasha ritangujwe n’amaraso yanje. Muzohore mukora gutya, igihe cose mukinywereyeko, mubikore munyibuka." 26 Kuko igihe cose muzorya uwu mukate mukanywera no kuri iki gikombe, muzoba muriko muramenyekanisha urupfu rwanje gushika aho nzogarukira.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.