Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Korinto 2:9,10

9 Ivyanditswe bivuga biti:

"Ibintu ata jisho na rimwe ryigeze kubibona,

ibintu ata gutwi na kumwe kwigeze kuvyumva,

kandi ibintu ata bwenge bw’umuntu n’umwe bwigeze kuvyiyumvira,

ni vyo Imana yateguriye abayikunda."2:9 Yesaya 64:4

10 Ariko ivyo nyene ni vyo Imana yaduhishuriye biciye muri Mpwemu wayo.

Mpwemu asesangura vyose, mbere n’ibihishijwe vy’amabanga y’Imana.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.