Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Korinto 8:10-13

10 Mbega umuntu w’umunyantegenke niyakubona wewe umusumvya ugutahura uriko urira mu ngoro y’ibigirwamana, ntibizotuma kubera intege nke ziwe, aca arya ivyashikaniwe ibigirwamana? 11 Nuko rero, uwo mwene Data w’umunyantegenke Kristo yapfiriye, ntimumuranduze ugutahura kwanyu. 12 Mucumuye kuri bene Data muri ubwo buryo, muba mucumuye kuri Kristo. 13 Ni co gituma, nimba ivyokurya vyotuma mwene Data akora icaha, sinzokwigera ndya inyama kugira ngo sintume atsitara akagwa.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.