11 Iyo ntahe na yo ni iyi: Imana yaduhaye ubugingo budashira, kandi ubwo bugingo buri mu Mwana wayo. 12 Umuntu wese afise Umwana afise ubugingo; umuntu wese adafise Umwana w’Imana nta bugingo afise.