Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Petero 3

18 Kuko na Kristo yababarijwe ivyaha vyacu rimwe gusa, uwutagira icaha apfira abanyavyaha, kugira ngo abahuze n’Imana. Mu mubiri yarishwe, ariko Mpwemu Yera amusubiza ubugingo. 19 Kandi ari muri Mpwemu yagiye kubwira Ubutumwa Bwiza impwemu zari mw’ibohero,

Veja também