Publicidade

Efésios 2

Turi umwe muri Kristo

11 Nuko mwibuke ko kera mwebwe Abanyamahanga mwitwa "abatakebwe" n’abo biyita "abakebwe" (bakebwe ku mubiri n’intoke z’abantu). 12 Mwibuke ko ico gihe mwari mutandukanijwe na Kristo, mutagira ubwenegihugu muri Isirayeli kandi ata co mwiteze ku masezerano Imana yasezeranye na bo, ntimwagira ivyizigiro kandi nta Mana mwari mufise mw’isi. 13 Ariko ubu, mumaze kuba muri Kristo Yesu, mwebwe abari kure y’Imana kera mwigijwe hafi yayo biciye mu maraso ya Kristo.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_23-13-58-