Pular para o conteúdo
Publicidade

Efeso 5

8 Kuko kera mwari mwuzuye umwijima, ariko noneho ubu mufise umuco uva ku Mwami wacu. Nimubeho rero nk’abana b’umuco 9 (kuko icamwa c’umuco ni ineza y’uburyo bwose, ukugororoka n’ukuri), 10 kandi mumenye ibihimbara Umwami ivyo ari vyo.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também