Publicidade

Efésios 6

Ukwambara ibigwanisho vy’Imana

10 Ijambo rya nyuma: mukomere mu Mwami wacu no mu bushobozi bwiwe bwinshi. 11 Mwambare ibigwanisho vyose Imana itanga, kugira ngo mushobore guhangana n’ubugunge bwose bwa wa mubi.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-