Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 11

33 Yesu abonye amarira ya Mariya n’ayAbayuda bari bazananye na we, afatwa n’ibigumbagumba arababara cane. 34 Arababaza ati: "Mwamuhamvye he?"

Baramwishura bati: "Mwami ingo wirabire."

35 Yesu aca ararira.

Veja também