Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 20

Ukuzuka kwa Yesu

1 Kare mu gitondo ku musi wa mbere w’iyinga, mu bucagucagu, Mariya Magadalena yazindutse ku mva asanga ca kibuye cari cugaye imva cakuweho.

Veja também