Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 20

Yesu yiyereka abigishwa biwe

19 Ku mugoroba w’uwo musi, ari wo musi wa mbere w’indwi, abigishwa bari bakoraniye hamwe biyugaranye kuko batinya abakuru b’Abayuda. Maze Yesu araza ahagarara hagati muri bo, arababwira ati: "Amahoro abane namwe!" 20 Ahejeje kuvuga ivyo, abereka ibiganza vyiwe n’urubavu rwiwe. Abigishwa baranezerwa cane babonye Umwami.

21 Yesu yongera kubabwira ati: "Amahoro abane namwe! Nk’uko Data yantumye, ni ko nanje ndabatumye." 22 Ahejeje kuvuga ivyo, abahumekerako, ababwira ati: "Nimwakire Mpwemu Yera. 23 Umuntu wese muzoharira ivyaha, azobiharirwa; kandi uwo mutazobiharira, ntazobiharirwa."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também