Pular para o conteúdo
Publicidade

João 20

29 Yesu aramubwira ati: "Wizeye kubera umbonye? Hahiriwe abizera batabanje kubona."

Intumbero y’Ubutumwa Bwiza bwanditswe na Yohana

30 Hari n’ibindi bitangaza vyinshi Yesu yakoreye mu maso y’abigishwa biwe bitanditswe muri iki gitabu. 31 Ariko ibi vyanditswe kugira ngo mwizere ko Yesu ari Kristo, Umwana w’Imana, kandi kugira ngo mumaze kwizera, muronke ubugingo mw’izina ryiwe.

Veja também