Publicidade

Malaquias 3

8 Mbega hari uwokwiba Imana? Ariko mwebwe mwaranyivye.

Kandi muribaza muti: Twakwivye gute?Mwanyivye ibigiracumi n’amashikanwa.

9 Muri musi y’umuvumo mwe n’ihanga ryanyu ryose, kuko munyiba. 10 Nimuzane ikigiracumi gikwiye mu bubiko bwanje, kugira ngo mu nzu yanje habemwo ivyokurya. Ehe nimubingeragereshe, jewe Uhoraho Mushoboravyose, murabe ko ntugurura imiryango yo mw’ijuru, nkabacuncuburirako imigisha mukabura n’aho muyikwiza.

Veja também

Publicidade
Malaquias
Ver todos os capítulos de Malaquias
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-