11 Ivyanditswe Vyera bivuga biti:
" ‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Uhoraho avuze,
‘amavi yose azompfukamira;
n’indimi zose zizokwatura ko ndi Imana.’ "
11 Ivyanditswe Vyera bivuga biti:
" ‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Uhoraho avuze,
‘amavi yose azompfukamira;
n’indimi zose zizokwatura ko ndi Imana.’ "