Pular para o conteúdo
Publicidade

Roma 3

Ukugororoka kuzanwa n’ukwizera

21 Ariko noneho, Imana yaraduhishuriye ingene dushobora kuronka ukugororoka kwayo tutisunze ivyagezwe, nk’uko Mose n’abavugishwa n’Imana babishingiye intahe mu gihe ca kera. 22 Ukwizera Yesu Kristo ni kwo kwonyene gutuma twemerwa n’Imana ko tugororotse imbere yayo. Kandi ivyo Imana ibikorera uwizera Yesu Kristo wese, ata we ikumiriye.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também