20 Kuko ivyaremwe vyose vyisanze musi y’umuvumo w’Imana, naho bitabihisemwo. Ariko bifise ivyizigiro 21 ko na vyo nyene bizobohorwa bikava mu buja bwo kubora, bigahabwa ku bwiza n’umwidegemvyo vy’abana b’Imana.
22 Kugeza n’ubu ivyaremwe vyose binihishwa n’umubabaro nk’umuvyeyi ari ku bise.