Pular para o conteúdo
Publicidade

Romanos 8

6 Kurongorwa na kamere k’icaha bijana mu rupfu. Ariko kurongorwa na Mpwemu bishikana ku bugingo n’amahoro. 7 Kuko abaganzwa na kamere k’icaha ni abansi b’Imana. Ntibumvira ivyagezwe vyayo, kandi nta bushobozi bafise bwo kuvyumvira. 8 Ni co gituma abarongorwa na kamere kabo k’icaha badashobora guhimbara Imana na gatoya.

Veja também