Pular para o conteúdo
Publicidade

Educação das crianças

Por Bíblia Online

A educação cristã dos filhos é responsabilidade sagrada dos pais. A Bíblia ensina a instruir, disciplinar e modelar a fé desde a tenra idade, formando gerações que temem ao Senhor.

Instruir nos caminhos de Deus

Instrui a criança no caminho em que deve andar. A educação bíblica molda o caráter e estabelece fundamentos para a vida.

Umenyereze umwana guca mu nzira ibereye,

niyakura ntazoyivamwo.

Ubupfu bwuzuye mu mutima w’umwana,

ariko inkoni yo guhana izobumukuramwo.

Impanuro z’umuvyeyi

Bana banje, nimutege amatwi inyigisho z’umuvyeyi;

muzishireko umutima kugira ngo mugire ubwenge.

Wirinde uguhamagara kw’umunyavyaha

Mwana wanje, wumvire ico so akubwira,

kandi ntukanke ico nyoko akwigisha.

Bizokubera urugori rw’ubuntu ku mutwe,

n’umugufu ushariza izosi.

Avugana ubwenge,

kandi impanuro z’ubwizigirwa ziri mu kanwa kiwe.

Aya mabwirizwa ndabahaye uwu musi azokwame mu mitima yanyu. Muzokwame muyigisha abana banyu. Muzohore muyaganirako mwicaye i muhira canke muri ku rugendo, iyo mugiye kuryama n’iyo muvyutse.

Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, umushaha wawe wose, n’inkomezi zawe zose. Aya mabwirizwa ndabahaye uwu musi azokwame mu mitima yanyu. Muzokwame muyigisha abana banyu. Muzohore muyaganirako mwicaye i muhira canke muri ku rugendo, iyo mugiye kuryama n’iyo muvyutse.

Muzokwame muyigisha abana banyu. Muzohore muyaganirako mwicaye i muhira canke muri ku rugendo, iyo mugiye kuryama n’iyo muvyutse.

Ntimuzokwibagire igihe mwahagarara imbere yUhoraho Imana yanyu ku musozi Horebu, maze Imana ikambarira iti: "Koraniriza abantu bose imbere yanje kugira ngo bumve amajambo yanje hanyuma bige kunyubaha igihe cose co kubaho kwabo muri ico gihugu kandi bazoshobore kuvyigisha abana babo."

Aya majambo yanje muyashire mu mitima yanyu no mu bwenge bwanyu, muyabohere ku maboko no mu ruhanga nk’ivyibutso. Muzoyigishe abana banyu, muyaganireko iyo mwicaye i muhira n’iyo muri ku rugendo, iyo mugiye kuryama n’iyo muvyutse. Muzovyandike ku bishimaryango vy’amazu yanyu, no ku nzugi z’amarembo yanyu, kugira ngo mwe n’abana banyu muzorambire muri ico gihugu, Uhoraho yarahiye ba sogokuruza ko azokibaha, gushika igihe ijuru rizoba rikiri hejuru y’isi.

Disciplina e amor

A vara e a repreensão dão sabedoria. A disciplina é expressão de amor que protege e forma o caráter dos filhos.

Inkoni yo guhana itanga ubwenge,

ariko umwana atarezwe amaramaza nyina.

Toza indero umwana wawe, na we azoguha amahoro;

azonezereza umutima wawe.

Uwurinda umwana wiwe inkoni aba amwanka,

ariko uwumukunda amuhana uko bikwiye.

Umugani wa 13

Ntubure guhana umwana wawe;

niwamukubita inkoni ntazopfa.

Umuhanishe inkoni,

uzoba umurinze ubupfu bw’umushaha.

Uzotoze indero umwana wawe akiri muto, kuko harimwo ivyizigiro

ariko ntuzomuhanire kumwica.

Mwihanganire uku guhabwa indero n’Imana, muzi ko ivyo ibikorera abana bayo bwite. Mwoba mumaze kubona umwana se adahana?

Bana, mwubahe abavyeyi banyu muri vyose, kuko ari vyo bihimbara Umwami wacu.

Ba se, ntimukabere abana banyu umururazi, vyotuma bacika intege.

Ba se, ntimuratse abana banyu; ahubwo mubarerere mu ngeso nziza zo kwubaha Umwami.

Ensinar pelas Escrituras

Desde a infância conheces as sagradas letras. As Escrituras formam, equipam e capacitam para toda boa obra.

Kandi kuva mu bwana bwawe, waramenye Ivyanditswe Vyera, na vyo biguha kugira ubwenge bwo kwakira agakiza kabonerwa mu kwizera Kristo Yesu.

Ariko weho, wumire ku vyo wigishijwe ukavyakira. Urazi ko ari ivy’ukuri, kandi urazi uwabikwigishije. Kandi kuva mu bwana bwawe, waramenye Ivyanditswe Vyera, na vyo biguha kugira ubwenge bwo kwakira agakiza kabonerwa mu kwizera Kristo Yesu.

Bantu banje, nimwumve ukwigisha kwanje;

nimwumvirize amajambo yo mu kanwa kanje.

Reka nugurure akanwa kanje nce umugani;

ndavuga natura ibihishijwe, ivya kera muri kahise;

ivyo twumvise tukamenya,

ivyo ba sogokuruza batubwiye.

Ntituzobinyegeza abana bacu;

tuzobibwira abo mu runganwe ruzoza.

Ivyo Uhoraho yakoze bibereye gushimwa,

inkomezi ziwe, n’ibitangaza yakoze.

ivyo twumvise tukamenya,

ivyo ba sogokuruza batubwiye.

Ntituzobinyegeza abana bacu;

tuzobibwira abo mu runganwe ruzoza.

Ivyo Uhoraho yakoze bibereye gushimwa,

inkomezi ziwe, n’ibitangaza yakoze.

Ntituzobinyegeza abana bacu;

tuzobibwira abo mu runganwe ruzoza.

Ivyo Uhoraho yakoze bibereye gushimwa,

inkomezi ziwe, n’ibitangaza yakoze.

Yashingiye aba Yakobo ivyagezwe

yashinze amabwirizwa kuri Isirayeli,

ivyo yategetse ba sogokuruza

ngo bavyigishe abana babo,

kugira ngo abo mu runganwe ruzoza baze babimenye,

mbere n’abana bataravuka

maze na bo baze babibwire abana babo.

Maze bazokwizigira Imana

kandi ntibazokwibagira ivyo yakoze

ariko bazokwitondera amabwirizwa yiwe.

Nimwumvirize mumenye ko Uhoraho ari mwiza;

hahiriwe uwumuhungirako.

Nimwubahe Uhoraho, yemwe abera biwe,

kuko abamwubaha batazogira ico bakena.

Intambwe zocika intege zigasonza,

ariko abarondera Uhoraho ntibazokena iciza na kimwe.

Nimuze bana banje, munyumvirize;

nanje ndabigishe ukwubaha Uhoraho.

Nimuze bana banje, munyumvirize;

nanje ndabigishe ukwubaha Uhoraho.

Abana ni umugabane uva kUhoraho,

uruvyaro ni impera atanga.

Bênção e promessa

Os filhos são herança do Senhor. A educação cristã é investimento eterno que produz frutos em todas as gerações.

Maze Yesu arababwira ati: "Nimureke abana bato baze aho ndi, ntimubabuze, kuko Ubwami bw’ijuru ari ubw’abameze nka bo."

Wubahe so na nyoko kugira ngo uzorambire mu gihugu Uhoraho Imana yawe iguhaye.

Kuko nzosuka amazi kw’isi igadutse,

ntembeshe imigende kw’isi yumye.

Nzosuka Mpwemu wanje ku ruvyaro rwawe,

n’umugisha ku bagukomokako.

Abazima bonyene ni bo bashobora kugutazira

nk’uko ndiko ndabikora uwu musi.

Abavyeyi biganira abana babo

ivy’ubwizigirwa bwawe.

Abana bawe bose bazokwigishwa nUhoraho,

kandi bazogira amahoro asesekaye.

Seja o primeiro