Pular para o conteúdo
Publicidade

Irmãos de Jesus

Por Bíblia Online

Os irmãos de Jesus são mencionados nos Evangelhos. Embora inicialmente céticos sobre sua missão, alguns, como Tiago, tornaram-se líderes da igreja primitiva.

Menções nos Evangelhos

Jesus teve irmãos chamados Tiago, José, Simão e Judas. Eles conviveram com Ele na casa de Nazaré e participaram de sua vida pública.

Mbega uwu si wa muhungu w’umubaji? Nyina ntiyitwa Mariya; abo bavukana si Yakobo, Yosefu, Simoni na Yuda? Bashikiwe bose ntitubana? None ivyo vyose yabikuye hehe?"

Nyina na bene nyina ba Yesu

Yesu akiriko aravugana n’abantu benshi bari ngaho, nyina na bene nyina baraza bahagarara hanze, bashaka kuvugana na we.

Nyina na bene nyina ba Yesu

Nyina wa Yesu na bene nyina baraza bahagarara hanze, batuma umuntu kumuhamagara. Abantu bari bamukikije baramubwira bati: "Nyoko na bene nyoko bari hanze kandi barakurondera."

Arababaza ati: "Mama ni nde kandi bene mama ni ba nde?"

Nuko yihweza abari bamukikije, avuga ati: "Aba ni bo mama kandi ni bo bene mama. Uwukora ivyo Imana ishaka wese ni we mwene mama kandi ni we mama."

Nyina wa Yesu na bene nyina

Nyina wa Yesu na bene nyina baje kumuraba babura aho baca ngo bamushikire kuko hari abantu benshi cane.

Da incredulidade à fé

Os irmãos de Jesus não criam nele inicialmente. Mas após a ressurreição, estavam entre os discípulos em oração.

Nuko bene nyina ba Yesu baramubwira bati: "Va mu ntara ya Galilaya uje mu ntara ya Yudaya kugira ngo abigishwa bawe babayo babone ibikorwa ukora. Nta muntu arondera kumenyekana hanyuma ngo akore yinyegeje. Ko uriko urakora ibikorwa nk’ibi, niwiyereke isi!" Mu bisanzwe, na bene nyina na bo ntibamwizera.

Yesu aramubwira ati: "Ntumfate ngo ungumye, kuko ntaraja kwa Data. Ahubwo genda ubwire bene Data ko navuze ko, Nduze kwa Data ari we So, Imana yanje ari yo Mana yanyu.’ "

Bose bakoranira hamwe bahuje umutima n’inama mu masengesho, bari kumwe na Mariya nyina wa Yesu n’abandi bagore, hamwe na bene nyina ba Yesu.

Nta yindi ntumwa twabonanye, kiretse Yakobo mwene nyina w’Umwami wacu.

Vyari bikwiye ko Imana, yo yaremye vyose kandi bikaremerwa kuba ivyayo, itunganya rwose Yesu biciye mu mubabaro, kugira ngo ishikane abana bayo benshi mu bwiza bwayo, kuko Yesu ari we yatanguje inzira y’agakiza. Yesu ni we yeza abantu ivyaha vyabo. Uweza hamwe n’abezwa bose bafise Se umwe. Ni co gituma Yesu bitamutera isoni kubita abavukanyi biwe.

Seja o primeiro