13 Ndabandikiye, mwebwe bavyeyi,
kuko muzi Kristo, yamyeho kuva mu ntango.
Ndabandikiye mwebwe rwaruka,
kuko mwanesheje wa mubi.
13 Ndabandikiye, mwebwe bavyeyi,
kuko muzi Kristo, yamyeho kuva mu ntango.
Ndabandikiye mwebwe rwaruka,
kuko mwanesheje wa mubi.