Publicidade

1 João 5

3 Kuko gukunda Imana ni ukwitondera amabwirizwa yayo, kandi amabwirizwa yayo ntaremereye, 4 kuko uwavyawe n’Imana wese anesha isi, kandi ikuduha iyo ntsinzi ni ukwizera kwacu. 5 Nta muntu ashobora kunesha isi atizeye ko Yesu ari Umwana w’Imana.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-