Publicidade

1 Pedro 1

8 Uwo Yesu muramukunda naho mutigeze mumubona, kandi muramwizera naho mutamubona. Ni co gituma mwuzuye umunezero amajambo adashobora gusobanura, 9 kuko ku bw’ukwizera kwanyu, muzoronka agakiza k’ubugingo bwanyu.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_15-35-42-