26 nagenze ingendo nyinshi kandi ndende. Narahatswe gutwarwa n’inzuzi, narahatswe kugirirwa nabi b’ibisuma, narahatswe kwicwa n’abo mu bwoko bwanje, narahatswe kwicwa n’Abanyamahanga, narahatswe kwicirwa mu bisagara, narahatswe kwicirwa mu misozi, narahatswe gupfira mu kiyaga, narahatswe kwicwa n’abigira bene Data.
Publicidade