15 Kandi kuva mu bwana bwawe, waramenye Ivyanditswe Vyera, na vyo biguha kugira ubwenge bwo kwakira agakiza kabonerwa mu kwizera Kristo Yesu.