Pular para o conteúdo
Publicidade

Ivyahishuwe 13

16 Congera gitegeka ko abantu bose, abakuru n’abato, abatunzi n’abakene, abagurano n’abidegemvya, bashirwako ikimenyetso mu kiganza canke mu ruhanga, 17 kugira ngo ntihagire n’umwe ashobora gusuma canke kudandaza atagifise. Ico kimenyetso ni izina rya ca gikoko canke igiharuro gihagarariye izina ryaco.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também