Pular para o conteúdo
Publicidade

Ivyahishuwe 19

9 Wa mumarayika aca ambarira ati: "Andika uti: Hahiriwe abatumiwe ku mazimano y’ubukwe bw’Umwagazi w’intama!" Yongerako ati: "Aya ni amajambo y’ukuri y’Imana."

Veja também