Pular para o conteúdo
Publicidade

Ivyahishuwe 3

Ivyandikiwe ishengero ry’i Sarudi

1 Wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Sarudi uti:

Uwufise mu biganza impwemu indwi z’Imana n’inyenyeri indwi avuga ati:

Ndazi ibikorwa vyawe. Abantu benshi bazi ko uri muzima kandi warapfuye. 2 Ikangure ukomeze ivyo usigaranye bigikomeye ariko bigiye gupfa, kuko ibikorwa vyawe bidatunganye imbere y’Imana.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também