Pular para o conteúdo
Publicidade

Resultados da busca por "fé"

87 resultados encontrados

  1. Números 7

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 7
    Mostrando versículo 13 de 89

    13Ishikanwa ryiwe ryari:isiniya ikozwe mw’ifeza ipima shekeli ijana na mirongo itatu7:13 Ni nk’ikilo 1,5., n’igikombe c’ifeza gipima shekeli mirongo indwi7:13 Ni nk’amagarama 800., vyompi vyapimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, kimwe cose cuzuye ifu inoze neza ivanze n’amavuta y’ishikanwa ry’ifu;

  2. João 7

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 7
    Mostrando versículos 19–39 de 53

    19Mbega Mose ntiyabahaye Ivyagezwe? Ariko nta n’umwe muri mwebwe avyubahiriza. Ni kuki mushaka kunyica?"

    26Raba, ariko aravuga ku mugaragaro, kandi nta co bamugize. None abakuru boba bemeye vy’ukuri ko ari we Kristo?

    39Aho Yesu yashaka kuvuga kuri Mpwemu Yera, uwo abamwizera bari bagiye guhabwa. Gushika ico gihe Mpwemu Yera ntiyari bwatangwe, kuko Yesu atari bwashike mu bwiza bwiwe.

  3. Salmos 89

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 89
    Mostrando versículos 36–47 de 52

    36ko hatazobura uwo mu ruvyaro rwiwe aba umwami ibihe vyosekandi ingoma yiwe izokwama ihangamye imbere yanje nk’izuba;

    37izoshingwa ibihe vyose nk’ukwezi,icabona co kwizigirwa co kw’ijuru."

    47Ibuka ingene ubugingo bwanje bukenyuka.Kuko waremeye abana b’abantu gupfa gusa.

  4. Salmos 23

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 23
    Mostrando versículos 1–5 de 6

    1Uhoraho ni we Mwungere wanje, nta co nkenye.

    3asubiza intege mu mutima wanje.Andongorera mu nzira z’ukuri,kugira ngo aheshe icubahiro izina ryiwe.

    5Untegurira umusi mukurumu maso y’abansi banje.Unsuka amavuta ku mutwe;igikombe canje kirasesekaye.

  5. Salmos 94

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 94
    Mostrando versículos 1–10 de 23

    1Uhoraho ni Imana ihana.Yewe Mana ihana, seruka ukayangane.

    8Nimumenye ibi, yemwe bantu b’ibipfu;yemwe bijuju, muzoca ubwenge ryari?

    10Mbega uwutoza indero amahanga ntashobora guhana?Uwigisha abana b’abantu mbega nta bwenge azi?

  6. Salmos 67

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 67
    Mostrando versículos 3–7 de 7

    3Amoko naguhimbaze, ewe Mana;amoko yose naguhimbaze.

    5Amoko naguhimbaze, ewe Mana;amoko yose naguhimbaze.

    7Ese Imana yoduha umugisha,kugira ngo abo ku mpera z’isi bose baze bayubahe.

  7. Salmos 144

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 144
    Mostrando versículos 2–14 de 15

    2Ni Imana yanje y’urukundo n’igihome kinkingira,umunara nihishamwo n’umurokozi wanje,inkinzo yanje, uwo mpungirako,acisha bugufi amoko musi y’ibirenge vyanje.

    9Mana yanje, nzokuririmbira indirimbo nsha,nzogucurarangira inanga y’imirya cumi,

    14inka zacu zizokwega imitwaro iremereye.Nta birengero bizoba mu mpome zacu,nta bazojanwa nk’inyagano,nta bazoniha bari mu mayira yacu.

Léxico (correspondência exata) Semântico (correspondência relacionada) Versículos omitidos Contexto do capítulo