Pular para o conteúdo
Publicidade

Filipenses 1

9 Ico nsengera ni uko urukundo rwanyu rworushiriza kugwira, kandi mugakomeza kwunguka ubwenge n’ugutahura, 10 kugira ngo mushobore kumenya neza iciza kurusha ibindi ico ari co, mutanduye kandi mutagira umugayo gushika aho Kristo azogarukira.

Veja também

Filipenses
Ver todos os capítulos de Filipenses