Pular para o conteúdo
Publicidade

Galatiya 3

16 Amasezerano yahawe Aburahamu n’umwana wiwe. Ivyanditswe ntibivuga ngo "n’abana biwe,"3:16 Itanguriro 12:7; 13:15; 24:7 ni ukuvuga abantu benshi, ariko bivuga biti "ku mwana wawe," bisigura umuntu umwe, uwo na we ni Kristo.

Veja também