Publicidade

Hebreus 5

8 N’aho yari Umwana w’Imana yize kwumvira biciye mu mubabaro yaciyemwo. 9 Amaze kuba uwutunganye rwose, yahindutse isoko ry’agakiza kadashira ku bamwumvira bose.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-