Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 1

40 Umwe muri ba bigishwa babiri bumvise ivyo Yohana yavuze bagaca bakurikira Yesu, yitwa Andereya kandi yavukana na Simoni Petero. 41 Nuko Andereya aca aja kurondera mwene nyina Simoni, amubwira ati: "Twabonye Mesiya" (bisigura Kristo).

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também