Publicidade

João 14

Yesu ahumuriza abigishwa biwe

1 "Ntimuhagarike imitima yanyu, mwizere Imana kandi nanje munyizere. 2 Mu rugo kwa Data hari amazu menshi, kandi ngiye kubategurira aho kuba. Iyo bitaba biri uko, nari kubibabwira. 3 Ninaheza kubategurira aho kuba, nzogaruka kubatora, kugira ngo mubane nanje aho nzoba ndi.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-