Pular para o conteúdo
Publicidade

João 14

16 Nanje nzosaba Data abahe uwundi Mwitsa azobana namwe ibihe vyose, 17 ni we Mpwemu w’ukuri. Isi ntishobora kumwakira, kuko itamubona kandi itamuzi. Ariko mwebwe muramuzi, kuko abana namwe kandi azoba muri mwebwe. 18 Sinzobasiga nk’impfuvyi; nzoza aho muri.

Veja também