12 Ibwirizwa ryanje ni iri: Nimukundane nk’uko nabakunze. 13 Nta rukundo ruruta gutanga ubugingo bwawe ku bwa bagenzawe.