Urwanko rw’isi
18 Isi niyabanka, muze mwibuke ko yabanje kunyanka. 19 Iyo muba ab’isi, yobakunze nk’abayo. Ariko ntimukiri ab’isi. Narabatoranije ndabakura muri yo, ni co gituma ibanka.