Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 2

3 Umuvinyu uheze urubanza rutarahera, Mariya nyina wa Yesu abwira Yesu ati: "Nta muvinyu basigaranye."

4 Yesu aramwishura ati: "Muvyeyi, kuki ugomba kunshira muri ivyo bintu? Igihe canje ntikirashika."

5 Ariko Mariya abwira abakozi ati: "Ico ababwira cose mugikore."

Veja também