Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 3

19 Iki ni co kibatsindisha: umuco waje mw’isi, ariko abantu bakunda umwijima kuruta umuco, kuko ibikorwa vyabo ari bibi. 20 Umuntu wese akora ibibi yanka umuco, kandi ntiyegera umuco kuko atinya ko ibikorwa vyiwe bibi bija ahabona. 21 Ariko umuntu wese akora ivy’ukuri yegera umuco, kugira ngo bigaragare ko ivyo akora abikorera mu kwubaha Imana."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também