5 Yesu aramwishura ati: "Ndakubwire ukuri, nta muntu n’umwe ashobora kwinjira mu Bwami bw’Imana atavyawe n’amazi na Mpwemu. 6 Umubiri uvyara umubiri, ariko Mpwemu avyara impwemu.