Publicidade

João 6

27 Ntimugakorere ivyokurya bibora, ahubwo nimukorere ivyokurya bihoraho kandi bitanga ubugingo budashira, ivyo Umwana w’Umuntu azobaha, kuko Imana Data ari we yahaye ububasha bwo gukora ivyo."

28 Baramubaza bati: "Natwe turashaka gukora ibikorwa vy’Imana. None tubigenze gute?"

29 Yesu arabishura ati: "Iki ni co gikorwa Imana ishaka ko mukora: nimwizere uwo yatumye."

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-