Pular para o conteúdo
Publicidade

João 6

44 Nta muntu n’umwe ashobora kuza aho ndi Data yantumye atamuzanye, kandi nzomuzura ku musi wa nyuma. 45 Abavugishwa n’Imana banditse bati: Bose bazokwigishwa n’Imana.6:45 Yesaya 54:13 Ni co gituma umuntu wese yumvirije Data akakira inyigisho ziwe, aza aho ndi. 46 Ivyo ntibisigura ko hari umuntu amaze kubona Data; uwatumwe avuye ku Mana wenyene ni we amaze kubona Data. 47 Ndababwire ukuri, uwizera afise ubugingo budashira.

Veja também