Publicidade

João 9

38 Wa muntu aravuga ati: "Mwami, ndizeye." Nuko aca aramwunamira.

39 Yesu aca avuga ati: "Naje muri iyi si guca urubanza, kugira ngo abahumye bahumuke, maze abibaza ko babona na bo ndabereke ko ari impumyi."

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-