18 Ni iyihe Mana imeze nkawe,
iharira icaha, ikababarira ibigabitanyo
vy’amasigarira y’ishamvu yiwe?
Ntiwama uratse ibihe vyose
ahubwo uhimbarwa no kugira imbabazi.
19 Uzosubira kutugirira ikigongwe;
uzosiribangira ivyaha vyacu musi y’ibirenge vyawe
n’ibigabitanyo vyacu uzobita i bwina mu kiyaga.