8 Kuko Ivyanditswe Vyera bivuga biti: "Ijambo riri hafi yawe; mbere riri mu kanwa kawe no mu mutima wawe."10:8 Gusubiramwo 30:14 Iryo jambo ni bwo Butumwa bwo kwizera tuvuga.