Publicidade

Romanos 2

Urubanza rugororotse rw’Imana

1 None rero, wewe ushobora kwibaza ko wocira imanza abameze batyo, ariko na wewe umeze nka bo nta co wokwireguza. Kuko nimba ucira imanza abandi kandi ukora nk’ivyo bakora, na wewe uba wiciriye urubanza. 2 Twese turazi yuko urubanza Imana icira abakora nk’ivyo ari urw’ukuri. 3 None wewe ucira imanza abandi, kandi ukora nk’ivyo bakora, wibaza ko uzokira urubanza rw’Imana?

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-