Publicidade

Romanos 6

1 Mbega none tuvuge iki? Dushishikare gukora ivyaha kugira ngo ubuntu bw’Imana bwongerekane? 2 Ntibikabe! Abapfuye ku caha twoba tukikibamwo dute?

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-22_10-02-25-