Pular para o conteúdo
Publicidade

Yakobo 2

Ukwizera n’ibikorwa

14 Mbega vyomara iki ga bene Data, nimba umuntu avuga ko afise ukwizera ariko ntakwerekanishe ibikorwa? Mbega ukwizera ben’ukwo kwoshobora kumukiza? 15 Dufate ko hari mwene Data atagira ico yambara canke ico afungura. 16 Hamwe umwe muri mwebwe yomubwira ati: "Niwigire amahoro, wambare neza kandi ufungure," ariko ntagire ico akora, yoba amufashije iki? 17 Ni ko bimeze, n’ukwizera kwonyene kudaherekejwe n’ibikorwa, kuba gupfuye.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também