Amizade
A amizade é um dos dons mais preciosos da vida. A Bíblia celebra amizades profundas — Davi e Jônatas, Rute e Noemi, Paulo e Timóteo — modelos de lealdade, fé e amor.
Valor da amizade
Há amigo mais chegado do que um irmão. Em todo tempo ama o amigo. A amizade verdadeira permanece nas tempestades.
Uwufise abagenzi benshi bashobora kumusenyura,
ariko umugenzi w’ukuri akuba hafi gusumvya uwo muvukana.
Uwufise abagenzi benshi bashobora kumusenyura,
ariko umugenzi w’ukuri akuba hafi gusumvya uwo muvukana.
Umugenzi agukunda ibihe vyose,
kandi umuvukanyi yavukiye guseruka mu marushwa.
Umugenzi agukunda ibihe vyose,
kandi umuvukanyi yavukiye guseruka mu marushwa.
Uwugomba gukomeza urukundo yirengagiza icaha yakorewe,
ariko uwuguma yibukiriza icaha atandukanya abagenzi.
Nk’uko icuma gikarisha ikindi cuma;
ni ko umuntu akarishanya na mugenziwe.
Nk’uko icuma gikarisha ikindi cuma;
ni ko umuntu akarishanya na mugenziwe.
Ibimota neza binezera umutima,
nayo ibinezero vy’umugenzi
bikava ku mutima umuhanura neza.
Ibimota neza binezera umutima,
nayo ibinezero vy’umugenzi
bikava ku mutima umuhanura neza.
Ntugahebe umugenzi wawe canke umugenzi w’umuryago wawe,
kandi ntukaje ku ncuti yawe ku musi ivyago biguteye,
kuko umubanyi wa hafi asumba incuti ya kure.
Ntugahebe umugenzi wawe canke umugenzi w’umuryago wawe,
kandi ntukaje ku ncuti yawe ku musi ivyago biguteye,
kuko umubanyi wa hafi asumba incuti ya kure.
Gukeburirwa ahabona
kuruta urukundo rwinyegeje.
Umukunzi agukomeretsa aba ari uwo kwizigira,
ariko ukugumbirana kw’umwansi ni agahemo gasa.
Uwugendana n’abanyabwenge aba umunyabwege,
ariko uwifatanya n’igipfu arabizira.
Umuntu yapfapfanye atera imivurungano,
kandi umunyarusaku atandukanya abagenzi pfampfe.
Umugani wa 3
Ntukagiriranire ubugenzi n’umuntu yihuta kuraka,
kandi ntukifatanye n’uwurakishwa n’ubusa,
ahandi ho wohava umera nka bo,
ubuzima bwawe ukabuta mu mutego.
Amizade cristã
Vós sois meus amigos se fazeis o que eu mando. Jesus nos chama de amigos — que honra imensa e responsabilidade!
Nta rukundo ruruta gutanga ubugingo bwawe ku bwa bagenzawe.
Nta rukundo ruruta gutanga ubugingo bwawe ku bwa bagenzawe.
Sinkibita abakozi, kuko umukozi ntamenya ivyo shebuja akora. Mwebwe nabise abakunzi banje, kuko ivyo numvanye Data vyose nabibamenyesheje.
Ibwirizwa ryanje ni iri: Nimukundane nk’uko nabakunze.
Urukundo rwanyu rurangwe no kugiriranira igishika nk’abavukana, kandi umuntu wese anezerezwe no gushira imbere mugenziwe.
Nipfuza kubagendera kugira ngo dusangire ingabire ziva kuri Mpwemu, zibakomeze mu Mwami. Ico ngomba ni ukubonana namwe kugira ngo ndabatere intege mu kwizera, maze nanje nterwe intege n’ukwizera kwanyu.
Imana ni urukundo
Bakundwa, muze dukundane, kuko urukundo ruva ku Mana. Umuntu wese akundana yavyawe n’Imana kandi arayizi.
Bakundwa, ko Imana yadukunze urukundo rungana gutyo, natwe dukwiye gukundana. Nta muntu n’umwe arabona Imana; ariko iyo dukundana, Imana iba muri twebwe kandi urukundo rwayo rwiyerekanira muri twebwe mu buryo busagutse.
Kandi ibwirizwa yaduhaye ni iri: umuntu akunda Imana ategerezwa gukunda bene Data.
Exemplos bíblicos
Davi e Jônatas fizeram aliança de amizade. Rute se apegou a Noemi. Abraão foi chamado amigo de Deus.
Sawuli agirira ishari Dawidi
Dawidi ahejeje kuvugana na Sawuli, Yonatani ahuza umutima wiwe n’uwa Dawidi, amukunda nk’uko yikunda. Kuva ico gihe Sawuli aca agumya Dawidi ntiyasubira kumureka ngo asubire iwabo. Maze Yonatani agirana isezerano na Dawidi kuko yamukunda nk’uko yikunda.
Maze Yonatani agirana isezerano na Dawidi kuko yamukunda nk’uko yikunda.
Dawidi na Mefibosheti
Dawidi arabaza ati: "Mbega hoba hari umuntu n’umwe agisigaye mu bo mu muryango wa Sawuli kugira ngo ndamugirire neza kubera Yonatani?"
Ariko Rusi aramwishura ati: "Reka kunyingingira kuvana nawe canke gusubira inyuma ngo ndaguhebe. Aho uzoja ni ho nzoja, aho uzoba ni ho nzoba. Ihanga ryawe ni ryo rizoba ihanga ryanje kandi Imana yawe ni yo izoba Imana yanje. Aho uzopfira ni ho nzopfira, kandi ni ho bazompamba. Uhoraho aze abimpanire, mbere birushirije, nihagira ikintandukanya na wewe atari urupfu."
Hanyuma Ivyanditswe bivuga ngo: "Aburahamu yizeye Imana bituma imwemera nk’umugororotsi," birashitswa mbere aca yitwa umukunzi w’Imana.
Umuntu wese atagirira ubugwaneza mugenziwe,
aba yerekanye ukutubaha Iyishoboravyose.
Yemwe basambanyi! Ntimuzi ko gukunda ivy’isi ari ukuba umwansi w’Imana? Uwuhisemwo gucudika n’isi aba abaye umwansi w’Imana.
Companheirismo
Dois são melhores do que um. Quão bom e suave é que os irmãos vivam em união! A amizade fortalece e edifica.
Babiri baruta umwe,
kuko baronka inyungu nziza mu gikorwa cabo:
Umwe atemvye,
mugenziwe ashobora kumuvyura.
Ariko haragowe umuntu atemba
ntagire n’umwe wo kumuvyura!
Umwe atemvye,
mugenziwe ashobora kumuvyura.
Ariko haragowe umuntu atemba
ntagire n’umwe wo kumuvyura!
Ariko nimba umuntu yoshobora kunesha umwe,
babiri bashobora kwigwanira. Mbere batatu barushaho
kuko ikiziriko c’imigozi itatu ntigicika vyoroshe.
Babiri baruta umwe,
kuko baronka inyungu nziza mu gikorwa cabo:
Ese ingene ari vyiza kandi bihimbaye
iyo abantu b’Imana babana mu bumwe!
Ese ingene ari vyiza kandi bihimbaye
iyo abantu b’Imana babana mu bumwe!
Bimeze nk’amavuta y’igiciro kinini asutswe ku mutwe,
agatembera ku bwanwa,
agatembera ku bwanwa bwa Aroni,
no ku buyonga bw’ikanzu yiwe.
Ni nk’ikime co ku musozi Herumoni
gitembera ku musozi Siyoni.
Kuko aho ni ho Uhoraho asuka umugisha wiwe,
mbere n’ubugingo kugeza ibihe vyose.
Imana ishira inyakamwe mu miryango,
isohora imbohe zikaririmba;
ariko abagarariji bazoba ahagadutse.
wubahe so na nyoko,’ kandi ‘ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’"
Ntihagire uwubazimiza: "Abagenzi babi bonona ingeso nziza z’umuntu."
Ntihagire uwubazimiza: "Abagenzi babi bonona ingeso nziza z’umuntu."